Ja ku birimwo

Ivyashikirijwe vyerekeye amahwaniro mpuzamakungu

Ivyashikirijwe vyerekeye amahwaniro mpuzamakungu

Ku mahwaniro mpuzamakungu tugira, abantu bo mu mahanga menshi n’amoko menshi n’indimi nyinshi baramara imisi nk’ingahe baronka inyigisho zo muri Bibiliya kandi bagahimbarwa no kuba bari kumwe n’abakirisu bagenzi babo.