Aho ibikorwa bigeze i Warwick #1 VUZA Aho ibikorwa bigeze i Warwick #1 Ibikorwa birabandanya ahazokwimukira icicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Raba kandi AMAPOROJE Y’UBWUBATSI Dukubitire i Warwick (Igice ca 1: Rusama—Myandagaro 2014) Raba ingene ibikorwa vyateye imbere cane ku nyubakwa ya garaje y’imiduga, ku nyubakwa y’amabiro n’iyindi mirimo be no ku nyubakwa y’uburaro ya C n’iya D. AMAPOROJE Y’UBWUBATSI Dukubitire i Warwick (Igice ca 2: Nyakanga—Kigarama 2014) Ibikorwa vy’ubwubatsi bw’icicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova biraremvye. Hari igihe kuri iyo shantiye bakoresha ijeke 13 icarimwe! AMAPOROJE Y’UBWUBATSI Amafoto y’i Warwick (Igice ca 3: Nzero—Ndamukiza 2015) Nko muri Ruhuhuma, abakozi bababa 2.500 barakoze kw’ishantiye buri musi, buri ndwi hakaba abitanga bashika 500. Niwirabire ingene ibikorwa bitera imbere. AMAPOROJE Y’UBWUBATSI Aho ibikorwa bigeze i Warwick #2 Abitanze bavuye hirya no hino barakora bafatanye mu nda kugira bubake ahazokwimukira icicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova. Capura Rungika Rungika Aho ibikorwa bigeze i Warwick #1 AMAPOROJE Y’UBWUBATSI Aho ibikorwa bigeze i Warwick #1 Ikirundi Aho ibikorwa bigeze i Warwick #1 https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502014144/univ/art/502014144_univ_sqr_xl.jpg