Ostraliya: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 26.636.000
- Abigisha Bibiliya: 71.188
- Amashengero y’Ivyabona: 726
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 379
GUFASHA ABANTU
Barahumuriza abageze mu zabukuru
Ivyabona vya Yehova baragendera ibigo vyo muri Ostraliya vyitaho abageze mu zabukuru.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Baritanze babikunze—Muri Oseyaniya
Ivyabona vya Yehova bakorera aho bikenewe kuruta muri Oseyaniya batorera umuti gute ingorane zibashikira?
GUFASHA ABANTU
Ivyabona vya Yehova barashimiwe kubera ko bafasha abanyororo
Ni igikorwa ciza ikihe Ivyabona vya Yehova icenda bakoreye abanyororo bapfungiwe muri rimwe mu mabohero manini kuruta ayandi yo muri Ostraliya bapfungiramwo abaje muri ico gihugu mu buryo butemewe n’amategeko?
IGIKORWA CO KWAMAMAZA
Kwamamaza mu karere kari ukwa konyene muri Ostraliya
Abagize umuryango umwe baratuyagira ingene vyagenze igihe bamaze indwi bariko bavuga inkuru nziza mu karere kari ukwa konyene muri Ostraliya.