Nikaragwa: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 6.855.000
- Abigisha Bibiliya: 28.843
- Amashengero y’Ivyabona: 466
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 240
BE MASO!
Tuje muri Nikaragwa
Ni co kiyaga conyene gifise amazi atarimwo umunyu mugabo kikabamwo ibifi vyo mu mabahari nka requin, espadon, na tarpon.