Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

ICIGWA CA 14

Gushira ahabona ivyiyumviro nyamukuru

Gushira ahabona ivyiyumviro nyamukuru

Woba ushaka gutanga amakuru, kujijura abakwumviriza canke kubahimiriza? Ivyiyumviro nyamukuru uhitamwo n’urutonde ubishikirizamwo biragufasha gushika ku ntumbero yawe.