Ja ku birimwo

Gutanga intererano biciye ku buhinga bwa none

Raba uburyo butandukanye bwo gutanga intererano zishigikira igikorwa Ivyabona vya Yehova barangurira kw’isi yose.

 

Raba kandi

IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA

Amahera Ivyabona vya Yehova bakoresha ava he?

Ntidukoresha uburyo nk’ubwo ayandi madini akoresha.

‘Ingabire igenewe Yehova’

‘Ingabire igenewe Yehova’

Igihe dutanze tubikuye ku mutima, tuba twerekanye ko dukunda Yehova, kandi ni yo ngabire iruta izindi zose dushobora kumuha.