Ja ku birimwo

Ubwami buramaze imyaka 100 buganza

Ni ibiki Ubwami bw’Imana bwaranguye muri iyi myaka 100 bumaze buganza?

 

Raba kandi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Isinema ikomeza ukwizera imaze imyaka 100

Uwu ni umwaka ugira 100 hatanguye kwerekanwa “Urukurikirane rw’amafoto yerekeye ivy’irema,” rwagenewe gutuma abantu barushiriza kwizera ko Bibiliya ari Ijambo ry’Imana.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Isinema “Eurêka-Drame” yarafashije benshi kwubura ukuri kwo muri Bibiliya

Iyo nteguro y’incamake ya rwa “Rukurikirane rw’amafoto yerekeye ivyaremwe” yarashobora kwerekanwa mu turere turi iyo catawe, mbere n’ahatagira umuyagankuba.

Ivyo mu bushinguro bwacu

Gusamiriza inkuru nziza

Ivyabona vya Yehova bakoresha gute iradiyo WBBR mu gukwiragiza ubutumwa bw’Ubwami?

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Umuduga usamiriza amajwi wari uzwi n’abantu amamiliyoni

Kuva mu 1936 gushika mu 1941, wa “muduga usamiriza amajwi wa Watch Tower” waratumye Ivyabona bari ku rushi bo muri Brezire bashikiriza abantu amamiliyoni ubutumwa bw’Ubwami.