Ja ku birimwo

Yona: Inkuru yiwe iratwigisha umutima rugabo n’imbabazi

Umuhanuzi Yona yahisemwo kugambarara itegeko rya Yehova ryo kuja kuburira abantu bo mu gisagara ca Ashuri citwa Ninewe. Ariko ibintu bitangaje biba inyuma y’aho birigisha Yona ico bisobanura kugira umutima rugabo n’imbabazi.

 

Raba kandi

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

Yona: Yarigiye ku makosa yiwe

Woba utahura Yona kubona yaratinye igikorwa bamushinze? Inkuru yiwe iratwigisha ivyigwa bihambaye ku bijanye n’ukwihangana kwa Yehova hamwe n’imbabazi ziwe.

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

Yona: Yarize icigwa mu bijanye no kugira imbabazi

Inkuru ya Yona yodufashe gute kwisuzuma tutibesha?

IBIKINO BISHINGIYE KU BUSOMYI BWA BIBILIYA

Ntudendebukirwe igihe Yehova agukosoye! (Yona 1:4-15; 3:1-4:11)