Ja ku birimwo

Gushika ku mpera y’isi

Ishure ry’ivya Bibiliya rya Gileyadi ryararanguye uruhara ruhambaye mu gutuma ubutumwa bw’ukuri kw’Ijambo ry’Imana bushikira abantu bo hirya no hino kw’isi. Iyi videwo irerekana ingene abamisiyonari bamenyerezwa maze bakarungikwa kwamamaza inkuru nziza ku bantu bose gushika ku mpera z’isi.