Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’
Nehemiya yarahagarikiye igikorwa co gusanura impome za Yeruzalemu no gusubizaho ugusenga gutyoroye.
Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’: Igice ca 1
Nehemiya yarasanuye impome za Yeruzalemu naho yari ahanganye n’abansi.
Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’: Igice ca 2
Naho Nehemiya ahejeje gusanura impome za Yeruzalemu, yoba ashobora no kunagura ubucuti Abisirayeli bafitaniye na Yehova?