Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’: Igice ca 1
Nehemiya yarahevye igikorwa yarangura ku kirimba i Shushani kugira aje gusanura impome z’igisagara gihambaye ca Yehova. Ariko rero, uretse ico gikorwa amahero co kwubaka, yarahanganye n’izindi ntambamyi. Ni gute isengesho n’umutima rugabo vyamufashije gusozera ico gikorwa?