Zaburi 133:1-3
Ururirimbo rw’Ukuduga. Ni izaburi ya Dawidi.
133 Raba! Ese ukuntu ari vyiza kandi bihimbayeKo abavukana babana mu bumwe+!
2 Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+,Ashunguruka ku bwanwa,Ubwanwa bwa Aroni+,Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+.
3 Ni nk’ikime+ ca Herumoni+Kimanuka ku misozi ya Siyoni+.Kuko aho ari ho Yehova yategetse ko umuhezagiro uba+,Mbere ubuzima gushika igihe kitagira urugero+.