EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 Igitabu ca kabiri ca Samweli Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 Ibirimwo muri make 1 Dawidi yumva ko Sawuli yapfuye (1-16) Dawidi acurira intimba Sawuli na Yonatani (17-27) 2 Dawidi aba umwami w’Ubuyuda (1-7) Ishibosheti aba umwami wa Isirayeli (8-11) Intambara hagati y’umuryango wa Dawidi n’uwa Sawuli (12-32) 3 Umuryango wa Dawidi urushiriza gukomera (1) Abahungu ba Dawidi (2-5) Abuneri aja ku ruhande rwa Dawidi (6-21) Yowabu yica Abuneri (22-30) Dawidi aririra Abuneri (31-39) 4 Ishibosheti agandagurwa (1-8) Dawidi yicisha abishe Ishibosheti (9-12) 5 Dawidi aba umwami wa Isirayeli yose (1-5) Dawidi afata Yeruzalemu (6-16) Siyoni: Igisagara ca Dawidi (7) Dawidi atsinda Abafilisitiya (17-25) 6 Bazana isandugu y’Imana i Yeruzalemu (1-23) Uza afata iyo sandugu agaca apfa (6-8) Mikali agaya Dawidi (16, 20-23) 7 Dawidi si we azokwubaka urusengero (1-7) Imana igirana na Dawidi isezerano ry’ubwami (8-17) Isengesho rya Dawidi ryo gukenguruka (18-29) 8 Intsinzi Dawidi yatahukanye (1-14) Abakuru mu ntwaro ya Dawidi (15-18) 9 Dawidi agirira neza Mefibosheti (1-13) 10 Dawidi atsinda Abamoni n’Abasiriya (1-19) 11 Dawidi aryamana na Batisheba (1-13) Dawidi yicisha Uriya (14-25) Dawidi atwara Batisheba akaba umugore wiwe (26, 27) 12 Imana ituma Natani gukosora Dawidi (1-15a) Umwana wa Batisheba apfa (15b-23) Batisheba avyara Salomo (24, 25) Igisagara c’Abamoni citwa Raba gifatwa (26-31) 13 Amunoni asambanya Tamari ku nguvu (1-22) Abusalomu yica Amunoni (23-33) Abusalomu ahungira i Geshuri (34-39) 14 Yowabu n’umugore w’i Tekowa (1-17) Dawidi amenya umugambi wa Yowabu (18-20) Abusalomu yemererwa kugaruka (21-33) 15 Umugambi wa Abusalomu wo kugarariza (1-12) Dawidi ahunga akava i Yeruzalemu (13-30) Ahitofeli yifatanya na Abusalomu (31) Hushayi arungikwa kuvuruga impanuro za Ahitofeli (32-37) 16 Ziba abeshera Mefibosheti (1-4) Shimeyi avuma Dawidi (5-14) Abusalomu yakira Hushayi (15-19) Impanuro ya Ahitofeli (20-23) 17 Hushayi atoba impanuro ya Ahitofeli (1-14) Baburira Dawidi agaca ahunga Abusalomu (15-29) Baruzilayi n’abandi baronsa Dawidi ivyo akeneye (27-29) 18 Abusalomu atsindwa maze akicwa (1-18) Bamenyesha Dawidi ko Abusalomu yapfuye (19-33) 19 Dawidi aririra Abusalomu (1-4) Yowabu akebura Dawidi (5-8a) Dawidi asubira i Yeruzalemu (8b-15) Shimeyi asaba imbabazi (16-23) Dawidi amenya ko Mefibosheti ata kibi yakoze (24-30) Dawidi atera iteka Baruzilayi (31-40) Impari mu miryango yo muri Isirayeli (41-43) 20 Sheba agarariza. Yowabu yica Amasa (1-13) Bakurikira Sheba maze bakamuca umutwe (14-22) Abakuru mu ntwaro ya Dawidi (23-26) 21 Abanyagibeyoni bihora umuryango wa Sawuli (1-14) Intambara hagati y’Abisirayeli n’Abafilisitiya (15-22) 22 Dawidi ashemeza Imana kubera yamukijije (1-51) «Yehova ni urutare rwanje» (2) Yehova ntiyigera ahemukira uwuguma ari intahemuka (26) 23 Amajambo ya nyuma ya Dawidi (1-7) Ivyo abarwanyi b’intwari ba Dawidi bakoze (8-39) 24 Dawidi akora igicumuro co guharura abantu (1-14) Ikiza gihitana abantu 70.000 (15-17) Dawidi yubaka igicaniro (18-25) «Sinoha Imana ibimazi vya gusa» (24) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika 2 Samweli: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) 2 Samweli: ibirimwo muri make Ikirundi 2 Samweli: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt 2 Samweli rup. 494-495