EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 Igitabu c’Umusiguzi Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 Ibirimwo muri make 1 Vyose ni ubusa (1-11) Isi yamaho ibihe vyose (4) Inzinguzingu zo mu bidukikije (5-7) Nta gishasha kiri munsi y’izuba (9) Ubukerebutsi bw’abantu buri n’aho bugarukira (12-18) Kwiruka inyuma y’umuyaga (14) 2 Ibintu bitandukanye Salomo yakurikiranye (1-11) Ubukerebutsi bw’abantu nta gaciro kanini bufise (12-16) Kwiyahagura nta co bimaze (17-23) Nurye, unywe kandi uhimbarirwe igikorwa cawe (24-26) 3 Ikintu cose kirafise umwanya waco (1-8) Guhimbarirwa ubuzima ni ingabire y’Imana (9-15) Yashize ibihe bidahera mu mitima y’abantu (11) Imana ntirenganya (16, 17) Abantu n’ibikoko vyose biruhira gupfa (18-22) Vyose bisubira mu mukungugu (20) 4 Agahahazo karababaza kuruta urupfu (1-3) Kubona ibikorwa mu buryo bwiza (4-6) Agaciro k’umugenzi (7-12) Babiri baruta umwe (9) Ubuzima bw’umutegetsi burashobora kumupfako ubusa (13-16) 5 Niwiyubare igihe wiyegereza Imana (1-7) Abategetsi batobato barihwezwa n’ababakurira (8, 9) Ubutunzi nta co bumaze (10-20) Uwukunda amahera ntazopfa ayahaze (10) Agatiro k’umukozi kararyoshe (12) 6 Gutunga ibintu ariko ntubihimbarirwe (1-6) Nuhimbarirwe ivyo usanzwe ufise (7-12) 7 Izina ryiza hamwe n’umusi wo gupfa (1-4) Gukosorwa n’umunyabwenge (5-7) Iherezo ry’ikintu riruta intango yaco (8-10) Ubukerebutsi buri n’akarusho (11, 12) Imisi myiza n’imisi mibi (13-15) Niwirinde kurenza urugero (16-22) Ivyo uwukoranya abantu yihweje yitonze (23-29) 8 Ubutegetsi bw’abantu badatunganye (1-17) Gamburuka amategeko y’umwami (2-4) Umuntu aganza uwundi mu kumugirira nabi (9) Igihe urubanza rudashizwe mu ngiro ningoga (11) Nurye, unywe kandi unezerwe (15) 9 Abantu bose bafise iherezo rimwe (1-3) Nuhimbarirwe ubuzima naho bishika tugapfa (4-12) Abapfuye nta na kimwe bazi (5) Nta gikorwa kiri mu kuzimu (10) Ibihe bigoye n’ibintu bishika giturumbuka (11) Abantu ntibama baha agaciro ubukerebutsi (13-18) 10 Ubupfu bukeyi buronona ubukerebutsi (1) Akaga ko kutagira ubukerebutsi (2-11) Ingorane ibijuju vyikwegera (12-15) Ubujuju mu bategetsi (16-20) Inyoni yohava isubiramwo ivyo wavuze (20) 11 Ntugishe akaryo ko gukora iciza (1-8) Terera umukate wawe ku mazi (1) Teragira imbuto kuva mu gitondo gushika ku mugoroba (6) Nuhimbarirwe ubuto ariko nturenze urugero (9, 10) 12 Niwibuke Umuremyi wawe utarasaza (1-8) Insozero y’amajambo y’uwukoranya abantu (9-14) Amajambo y’abanyabwenge ameze nk’imihunda (11) Tinya Imana y’ukuri (13) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Imigani: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Imigani: ibirimwo muri make Ikirundi Imigani: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Umusiguzi rup. 1054-1055