Zaburi 134:1-3
-
Nimushemeze Yehova mu majoro
-
«Nimuduze amaboko yanyu mwiyejeje» (2)
-
Ni indirimbo y’abariko baraduga.
134 Nimushemeze Yehova,yemwe basavyi ba Yehova mwese+,mwebwe mumara amajoro muhagaze mu nzu ya Yehova+!
2 Nimuduze amaboko+ yanyu mwiyejeje*,maze mushemeze Yehova.
3 Ese Yehova, Umuremyi w’ijuru n’isi,yobahezagira ari i Siyoni!
Utujambo tw'epfo
^ Hashobora kandi kuvugwa ngo «muri ahantu heranda.»