EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 Igitabu ca Zakariya Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 Ibirimwo muri make 1 Akamo ko kugaruka kuri Yehova (1-6) «Nimungarukeko, nanje nzobagarukako» (3) Iyerekwa rya 1: Abagendera ku mafarasi bari mu biti vy’imihadasi (7-17) «Yehova azokwongera guhoza Siyoni» (17) Iyerekwa rya 2: Amahembe ane n’abanyamyuga bane (18-21) 2 Iyerekwa rya 3: Umugabo afise umugozi wo gupimisha (1-13) Yeruzalemu ipimwa (2) Yehova ni «uruzitiro rw’umuriro» (5) Gukora ku mbone y’ijisho ry’Imana (8) Amahanga menshi azokwifatanya na Yehova (11) 3 Iyerekwa rya 4: Umuherezi mukuru ahindurirwa impuzu (1-10) Shetani arwanya umuherezi mukuru Yosuwa (1) «Nzozana umusavyi wanje yitwa Munago» (8) 4 Iyerekwa rya 5: Ico baterekako amatara. Ibiti bibiri vy’imyelayo (1-14) «Ntibizoba kubera ububasha, bizoba kubera impwemu yanje» (6) Ntimugaye ibikorwa bitobito bikorwa mu misi y’intango (10) 5 Iyerekwa rya 6: Umuzingo uguruka (1-4) Iyerekwa rya 7: Igiseke ca efa (5-11) Umugore acicayemwo yitwa Bubisha (8) Bakijana i Shinari (9-11) 6 Iyerekwa rya 8: Imikogote ine (1-8) Munago azoba umwami n’umuherezi (9-15) 7 Yehova ariyamiriza ukwisonzesha kw’ikinyoma (1-14) «Vy’ukuri mwisonzesha kugira munezereze?» (5) «Mukoreshe ubutungane, mugiriranire ubuntu n’imbabazi» (9) 8 Yehova aha Siyoni amahoro n’ukuri (1-23) Yeruzalemu, «igisagara kirangwa n’ukuri» (3) «Nimuvugane ukuri» (16) Ukwisonzesha kuzohinduka umusi mukuru (18, 19) «Tabaranya tuje kurondera Yehova» (21) Abantu cumi bafata ikanzu y’Umuyuda (23) 9 Imana icira urubanza amahanga mabanyi (1-8) Ukuza kw’umwami wa Siyoni (9, 10) Umwami yicisha bugufi agendera ku ndogobwa (9) Abantu ba Yehova bazorekurwa (11-17) 10 Nimusabe imvura Yehova, aho kuyisaba ibigirwamana (1, 2) Yehova akoraniriza hamwe abantu biwe (3-12) Umukuru ava mu Buyuda (3, 4) 11 Ingaruka zo kwanka umwungere w’ukuri w’Imana (1-17) «Ragira intama zigenewe gukererwa» (4) Inkoni zibiri: Gikundiro na Bumwe (7) Impembo y’umwungere: ibiceri 30 vy’ifeza (12) Ayo mahera atererwa mu bubiko bw’itunga (13) 12 Yehova azorwanira Ubuyuda na Yeruzalemu (1-9) Yeruzalemu izoba «ibuye riremereye» (3) Bazoborogera uwo basogose (10-14) 13 Ibigirwamana n’abahanuzi b’ibinyoma bizokurwaho (1-6) Abahanuzi b’ibinyoma bazomaramara (4-6) Umwungere azokubitwa (7-9) Abagize ica gatatu bazotyororwa (9) 14 Ugusenga kw’ukuri gutsinda kw’isi yose (1-21) Umusozi w’Imyelayo uzosadukamwo kubiri (4) Yehova azoba umwe, n’izina ryiwe ribe rimwe (9) Ikiza kizotera abarwanya Yeruzalemu (12-15) Guhimbaza umusi mukuru w’insago (16-19) Inkono zose zizoba nyeranda imbere ya Yehova (20, 21) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Zakariya: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Zakariya: ibirimwo muri make Ikirundi Zakariya: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Zekariya rup. 1481-1482