A7-F
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa Yezu yakoreye mu buseruko bwa Yorodani mu nyuma
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
Mu 32, inyuma y’umusi mukuru wo kwegura urusengero |
Betaniya hakurya ya Yorodani |
Aja aho Yohani yariko arabatiriza; benshi bizera Yezu |
||||
Pereya |
Yigisha mu bisagara no mu bigwati, agenda yerekeza i Yeruzalemu |
|||||
Ahimiriza guca mu muryango waga; aririra Yeruzalemu |
||||||
Kumbure i Pereya |
Icigwa co kwicisha bugufi; ibigereranyo: abitorera ibibanza vy’iteka, abatumire barondera ivyitwazo |
|||||
Ico bisaba kuba umwigishwa |
||||||
Ibigereranyo: intama yatakaye, igiceri catakaye, umwana w’icangazi |
||||||
Ibigereranyo: umusuku atagororotse, umutunzi na Lazaro |
||||||
Yigisha ibijanye n’ibitsitaza, ukubabarira, n’ukwizera |
||||||
Betaniya |
Lazaro apfa hanyuma akazurwa |
|||||
Yeruzalemu; Efurayimu |
Umugambi wo kwica Yezu; avayo |
|||||
Samariya; Galilaya |
Akiza abanyamibembe 10; avuga uko Ubwami bw’Imana buzoza |
|||||
Samariya canke Galilaya |
Ibigereranyo: umupfakazi yumirako, Umufarizayo n’umutozakori |
|||||
Pereya |
Yigisha ivy’umubano n’ukwahukana |
|||||
Ahezagira abana |
||||||
Ikibazo c’umusore w’umutunzi; ikigereranyo c’abakozi bo mu murima w’imizabibu n’impembo ingana |
||||||
Kumbure i Pereya |
Avuga ivy’urupfu rwiwe ubugira |
|||||
Yakobo na Yohani basabirwa ivyicaro mu Bwami |
||||||
Yeriko |
Ariko ararengana, akiza impumyi zibiri; agendera Zakayo; ikigereranyo c’imina cumi |