A7-G
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa ca nyuma Yezu yakoreye i Yeruzalemu (Igice ca 1)
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
Mu 33, 8 Nisani |
Betaniya |
Yezu ashika hagisigaye imisi itandatu ngo Pasika ibe |
||||
9 Nisani |
Betaniya |
Mariya amusukako amavuta |
||||
Betaniya-Betifage-Yeruzalemu |
Yinjira i Yeruzalemu nk’umwami, agendera ku ndogobwa |
|||||
10 Nisani |
Betaniya-Yeruzalemu |
Avuma igiti c’umusukoni; yongera guhumanura urusengero |
||||
Yeruzalemu |
Abakuru b’abaherezi n’abanditsi bagira umugambi wo kwica Yezu |
|||||
Yehova avuga; Yezu amenyesha ivy’urupfu rwiwe; ukutizera kw’Abayuda gushitsa ivyo muri Yesaya |
||||||
11 Nisani |
Betaniya-Yeruzalemu |
Icigwa c’umusukoni wumye |
||||
Yeruzalemu, urusengero |
Ubukuru bwiwe buharirizwa; ikigereranyo c’abahungu babiri |
|||||
Ibigereranyo: abarimyi b’abicanyi, urubanza rw’ubugeni |
||||||
Yishura ivyerekeye Imana, Sezari, izuka, ibwirizwa risumba ayandi |
||||||
Abaza isinzi: Kristu ni mwene Dawidi? |
||||||
Abanditsi n’Abafarizayo baragowe |
||||||
Umupfakazi atanga intererano |
||||||
Umusozi w’Imyelayo |
Ikimenyetso c’ukugaruka kwiwe |
|||||
Ibigereranyo: abigeme 10, italanto, intama n’impene |
||||||
12 Nisani |
Yeruzalemu |
Indongozi zija inama yo kumwica |
||||
Yuda ategura ivyo kumugura |
||||||
13 Nisani (Ku wa 4 ku muhingamo) |
Yeruzalemu no hafi yaho |
Yitegurira Pasika ya nyuma |
||||
14 Nisani |
Yeruzalemu |
Asangira Pasika n’intumwa |
||||
Yoza ibirenge intumwa |