B14-B
Amahera n’ingero z’uburemere
Amahera n’ingero z’uburemere mu Vyanditswe vy’igiheburayo
Gera (1⁄20 ca shekeli) g 0,57 gera 10 = beka 1 |
Beka g 5,7 beka 2 = shekeli 1 |
Ipimu g 7,8 ipimu 1 = 2⁄3 vya shekeli |
Shekeli g 11,4 shekeli 50 = imina 1 |
Imina g 570 imina 60 = italanto 1 |
Italanto kg 34,2 |
Idariki (amahera y’Abaperesi, inzahabu) g 8,4 |
Amahera n’ingero z’uburemere mu Vyanditswe vy’ikigiriki
Leputoni (amahera y’Abayuda, umujumpu) 1⁄2 c’ikwadarani |
Ikwadarani (amahera y’Abaroma, umujumpu) leputoni 2 |
Asariyoni (amahera y’Abaroma n’ay’intara baganza, umujumpu) ikwadarani 4 |
Idenariyo (amahera y’Abaroma, ifeza) ikwadarani 64 g 3,85 = Umushahara w’umusi 1 (amasaha 12) |
Idarakima (amahera y’Abagiriki, ifeza) g 3,4 = Umushahara w’umusi 1 (amasaha 12) |
Ididarakima (amahera y’Abagiriki, ifeza) idarakima 2 g 6,8 = Umushahara w’imisi 2 |
Itetaradarakima (amahera y’Abagiriki, ifeza; yitwa kandi isitateri y’ifeza) idarakima 4 g 13,6 = Umushahara w’imisi 4 |
Imina idarakima 100 g 340 = nk’umushahara w’imisi 100 |
Italanto imina 60 kg 20,4 = nk’umushahara w’imyaka 20 |
Ipawunde (y’Abaroma) g 327
|