“Iki ni co canzanye mw’isi”
Irabire ubuhanga bwo kwigisha budasanzwe Yezu yakoresha mu gushingira intahe ukuri abigiranye umutima rugabo.
Bishingiye kuri Matayo 21:23-46; 22:15-46.
Raba kandi
YEZU NI INZIRA, UKURI N’UBUZIMA
Yezu ahindura ubusa imigambi yo kumutega
Abanza kunumya Abafarizayo, hanyuma Abasadukayo, agasozerera ku runani rw’abamurwanya.
YEZU NI INZIRA, UKURI N’UBUZIMA
Ashira ku mugaragaro abamurwanya
Ni kubera iki Yezu atihanganira ayandi madini?
YEZU NI INZIRA, UKURI N’UBUZIMA
Uturorero tubiri tujanye n’umurima w’imizabibu
Raba insobanuro y’umugani w’umugabo yasavye abahungu biwe kuja gukora mu murima wiwe w’imizabibu hamwe n’insobanuro y’umugani w’umugabo yakotesheje umurima wiwe w’imizabibu ku barimyi babi.
AMAVIDEWO
‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’ (Igice ca 1)
Ni igiki kikwemeza ko Imana yagize Yezu Umukama na Kristu?
AMAVIDEWO
‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’ (Igice ca 2)
Raba icogufasha kurushiriza kwizera Yezu.