Intangamarara
NI HEHE TWOKURA IMPANURO ZO KWIZIGIRWA ZOTUMA TUBAHO DUHIMBAWE?
Bibiliya ivuga iti: “Hahiriwe abatagira amahinyu mu nzira yabo.”—Zaburi 119:1.
Ibi biganiro indwi biratanga impanuro zo kwizigirwa kandi zihuje n’igihe zifasha cane umuntu kugira ngo abeho ahimbawe.