Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Woba umaze kwibaza ibi bibazo?

Woba umaze kwibaza ibi bibazo?
  •   Nimba Imana idukunda, kubera iki yaretse tukamara iki gihe cose dushikirwa n’ibintu bibabaje?

  • Twemezwa n’iki ko tubayeho mu misi ya nyuma?

  • Twemezwa n’iki ko ivyo Bibiliya isezerana ku bijanye n’Ubwami bw’Imana bizoranguka?

  • Bibiliya yoba ishobora kudufasha gufata ingingo nziza muri iki gihe?

Kubera ko Umuremyi wacu adukunda, yaraturonkeje inyishu z’ivyo bibazo hamwe n’ibindi vyinshi. Kugira uzironke, ja ku rubuga rwacu www.pr418.com, rufasha abantu kwiga Bibiliya.

Kuri urwo rubuga, urahasanga udukorwa, ibiganiro, amavidewo be n’ivyafashwe amajwi, ibiganiro vyo kubaza ibibazo be n’ibitabu vyinshi cane harimwo na Bibiliya. Ivyo vyose ubironka ata co urinze gusabwa.