BE MASO! No 1 2023 | Iyi si yacu yoba izorusimba?—Ibintu biduhumuriza
Ntibisaba ko uba umuhinga kugira ubone ko hari ikintu kige ramiye isi yacu. Amazi meza, amabahari, amashamba, mbere n’impemu duhema biriko birononekara. None iyi si yacu yoba izorusimba? Reka turabe ibintu vyoduhumuriza.
Amazi meza
Ni ubuhinga ndemanwa ubuhe butuma amazi atazimangana?
Amabahari
Amabahari yoba ashobora gusubira kumera neza?
Amashamba
Ni ibiki abahinga baheruka kubona ku bijanye n’uturere twahoramwo amashamba?
Umuyaga
Ivyuka bibi bija mu kirere birashobora kubangamira ibinyabuzima biri kw’isi. Ni ubuhinga ubuhe bwo mu bidukikije Imana yaremye butuma impemu duhema ziguma zityoroye?
Imana isezerana ko iyi si izorusimba
Ni ibiki bitwemeza ko iyi si izorusimba mbere ikaba nziza kuruta?
Ibiri muri iki kinyamakuru
Nusome ibiganiro bisigura ibiriko birashikira iyi si yacu n’igituma hariho ibintu biduhumuriza.