Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

BE MASO! No 6 2017 | Isi yoba itakivayo?

Kubera iki ivy’isi bitera bidabuka?

Bibiliya ivuga ngo: “Umuntu agenda, si ivyiwe kuyobora intambuko yiwe.”​—Yeremiya 10:23.

Iki kinyamakuru “Be maso!” kirerekana igituma abantu benshi biteze kazoza keza.

 

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Isi yoba itakivayo?

“Isaha bavuga ko ibūra umusi w’agatikizo,” ubu yerekana ko ako gatikizo kegereje cane kuruta ikindi gihe cose ugereranije n’iyi myaka irenga 60 iheze. Hoba hari akaga kimirije gushikira isi yose?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Uvyibazako iki?

Ibimenyeshamakuru vyatumye abantu benshi babona ko ingorane zihanze ubwoko muntu bitagishoboka ko zitorerwa umuti. None neza na neza ibintu vyifashe gute?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Bibiliya ibivugako iki?

Haraheze imyaka amajana Bibiliya ivuze ibintu bibi tubona kw’isi muri kino gihe.

ICOFASHA UMURYANGO

Igisha umwana wawe kwicisha bugufi

Urashobora kwigisha abana bawe kwicisha bugufi utarinze gutuma bumva ko ata co bamaze.

IBIHUGU N’ABABIBAMWO

Tuje muri Nouvelle-Zélande

Naho umengo Nouvelle-Zélande irirebanga, ubwiza bwaho bw’agatangaza butuma ingenzi nk’imiliyoni zitatu zija kuharatira ijisho buri mwaka. Ni ibiki bituma bahahurumbira?

KAHISE KATWIGISHA IKI?

Alhazen

Ushobora kuba utari bwumve izina ryiwe, ariko birashoboka cane ko umaze kwungukira ku vyo yakoze.

TWISUNZE BIBILIYA

Izina ry’Imana

Abantu bakoresha amazina menshi y’icubahiro mu kuvuga Imana Mushoboravyose. Ariko irafise izina ryayo ry’uruharo.

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2017

Urutonde rw’ibiganiro vyasohowe mu 2017, bitondetse hisunzwe ico bivuga.

Ibindi usanga kuri internet

Niwame uvugisha ukuri

Ni kubera iki ukwiye kwama uvugisha ukuri?

Womenya gute idini ry’ukuri?

Bibiliya iravuga ibintu 9 biranga idini ry’ukuri.