BE MASO! Mukakaro 2015 | Akagumye bagumako
Woba ubona ko ingorane ufise mu buzima zikurengeye? Raba ico wokora kugira ngo uzitsinde.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Akagumye bagumako
Ntukwiye kureka ngo ingorane zigushikira utari uvyiteze ziguhungabanye.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ingorane: Ibintu udashobora guhindura
Ibintu bine vyogufasha kwihanganira ibigushikira birengeye ububasha bwawe.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ingorane: Amabanga y’umurengera
Niwashaka gukora ibintu vyose uzohava usanga ata na kimwe ushoboye gukora. Wobigenza gute kugira nturengerwe?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ingorane: Ivyiyumviro bica intege
Vyoba bishika ukarengerwa n’amaganya, ishavu n’umubabaro? Raba ibintu vyogufasha.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Wokora iki kugira uroranirwe?
Hari aho wosanga ivyogufasha kuroranirwa atari umuzi w’ibuye.
IBIHUGU N’ABABIBAMWO
Tuje muri Mongoliya
Ico “gihugu c’ijuru risa n’ubururu” kibamwo abantu baza barimukanga, b’abakiranyi bidasanzwe.
ICOFASHA UMURYANGO
Igihe ubucuti buhagaze
Ni igiki cogufasha kwihanga igihe muhebanye n’umuntu maze ubuzima bukabandanya?
Malariya
Urashobora kwikingira nimba uba mu gihugu kigwiriyemwo malariya canke utegekanya kujayo.
VYOBA VYARIYADUKIJE?
Umubangabanga w’ingona
Umubangabanga wayo ukomeye incuro zitatu gusumba uw’intambwe canke uw’ingwe. Naho ari ukwo uramenya akantu kose kawukozeko gusumba udusunwa tw’intoke z’umuntu. Ivyo bishoboka bite?
Ibindi usanga kuri internet
Kwiba ni bibi
Imana ibona gute kwiba? Soma Kuvayo 20:15. Raba iyi videwo maze wigire hamwe na Kalebu vyinshi.