Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2019

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2019

Ryerekana Umunara w’Inderetsi na Be maso! dusangamwo ikiganiro

INTEGURO Y’UKWIGA Y’UMUNARA W’INDERETSI

BIBILIYA

  • Umuzingo wa kera waza wasomwa, Ruh.

IBIBAZO VY’ABASOMYI

  • Inyigisho y’umutima w’ubwenge udapfa yoba yatanguriye muri Edeni? (It 3:4), Kig.

  • Kubera iki umukobwa yafatwa ku nguvu ari “mu gahinga” yambikwa izera hatarinze kuboneka ivyabona bibiri? (Gus 22:25-27), Kig.

IBIGANIRO VY’UKWIGA

  • “Abakwumviriza” bazokizwa, Myand.

  • Bavyeyi, nimwigishe abana banyu gukunda Yehova, Kig.

  • Dukomeze ubugenzi dufitaniye imbere y’uko iherezo rishika, Muny.

  • Hariho igihe co gukora n’ico kuruhuka, Kig.

  • Harumagedoni ni agakuru keza cane, Nyak.

  • Ico imfungurwa zisanzwe zitwigisha ku bijanye n’Umwami wo mw’ijuru, Nzero

  • Igituma twoyobokera Yehova n’ingene twobigira, Nyak.

  • Ingene impwemu nyeranda idufasha, Muny.

  • Ingene twohumuriza abakorewe amabi, Rus.

  • Ingene twokora ku mutima abatagira idini, Muk.

  • Ingene wovyifatamwo neza umurimo wawe uhindutse, Myand.

  • Ivyigwa dukura mu gitabu c’Abalewi, Muny.

  • Kubera iki twogaragaza ko dukenguruka? Ruhuh.

  • Kwitaba amakoraniro bihishura iki ku bitwerekeye? Nzero

  • ‘Mwiyubare ntihagire uwubigarurira nk’isahu ryiwe,’ Ruh.

  • “Ngize ntya mbona isinzi rinini,” Nyak.

  • Ni igiki kimbuza kubatizwa? Ntwar.

  • ‘Nimugende muhindure abantu abigishwa,’ Muk.

  • “Nimurangize n’ukubikora,” Muny.

  • “Nimuze kuri jewe, . . . nanje ndabaruhurira,” Nyak.

  • Niwemere Yehova agufashe kunanira Shetani n’amadayimoni, Ndam.

  • Niwigane Yezu maze ugumane amahoro, Ndam.

  • Niwihebere Yehova wenyene gusa, Git.

  • Niwiheke kuri Yehova igihe uri mu maganya, Ruh.

  • Niwitegurire uruhamo ubu, Muk.

  • Niwumvirize ijwi rya Yehova, Ntwar.

  • ‘Ntiduheba’! Myand.

  • “Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe,” Nzero

  • Ntuhendwe n’“ubukerebutsi bw’iyi si,” Rus.

  • Nufashe abandi kwihanganira amaganya, Ruh.

  • Nugaragarize impuhwe abandi, Ntwar.

  • Nugaragaze impuhwe mu busuku, Ntwar.

  • Nugumane ugutungana kwawe! Ruhuh.

  • Nugume usenga Yehova igihe igikorwa cacu kibujijwe, Muk.

  • Nugume wituniye ku gikorwa muri iki gihe gisozera “imisi ya nyuma,” Git.

  • Nurondere ubutekereji maze uhimbare Yehova, Ruhuh.

  • Nuryohore ukuntu wiyigisha, Rus.

  • Nushemeze Yehova mw’ishengero, Nzero

  • Nushigikire ukuri ku bijanye n’abapfuye, Ndam.

  • Nutembagaze iciyumviro cose kirwanya ubumenyi bw’Imana, Ruh.

  • Uraguma uri intahemuka muri ya “makuba akomeye,” Git.

  • Urukundo n’ubutungane mu kurwanya ububisha, Rus.

  • Urukundo n’ubutungane muri Isirayeli ya kera, Ruhuh.

  • Urukundo n’ubutungane mw’ishengero rya gikirisu, Rus.

  • Urukundo rwanyu nirugwire, Myand.

  • Uzi Yehova ku rugero rungana iki? Kig.

  • Woba uriko urabungabunga ‘inkinzo yawe yagutse y’ukwizera’? Muny.

  • Woba uriko urarangura ubusuku bwawe bimwe bishitse? Ndam.

  • Wozigama gute umutima wawe? Nzero

  • Yehova araha agaciro abasavyi biwe bicisha bugufi, Nyak.

  • Yehova aratuma uronka umwidegemvyo, Kig.

  • Yehova azotuma ucika iki? Git.

INKURU Z’UBUZIMA

  • Twararonse “imaragarita . . . y’agaciro kanini” (W. Payne na Pamela), Ndam.

  • Ukumenyerezwa kudasanzwe naronse kwaratumye nshurika (W. Mills), Ruhuh.

  • Yehova yarampezagiye kuruta uko nari ndavyiteze (M. Tonak), Muk.

IVYABONA VYA YEHOVA

  • 1919: Imyaka 100 irarangiye, Git.

  • Uwongewe ku bagize Inama Nyobozi (K. Cook, Jr.), Nzero

UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO

  • ‘Nukenguruke muri vyose,’ Kig.

  • Turamwigirako kudatakaza umunezero (Yohani Umubatizi), Myand.

  • Ukumera neza: Wogutsimbataza gute? Ntwar.

  • Ukwizera: Kamere idukomeza, Myand.

UTUNTU N’UTUNDI

  • Aho isinagogi yakomotse, Ruhuh.

  • Ingene kera bagira ingendo zo mu mazi, Ndam.

  • Ivyo ababwiriza bari bajejwe mu bihe vya Bibiliya, Muny.

  • Kwirinda umwe mu mitego ya Shetani (amashusho y’ibiterasoni), Ruh.

YEHOVA

  • Arahimbarwa igihe uvuze “amen,” Ntwar.

  • Yoba aburira abantu bihagije? Git.

YEZU KRISTU

  • Yoba vy’ukuri yapfiriye jewe? Muk.

INTEGURO YA BOSE Y’UMUNARA W’INDERETSI

BE MASO!

  • Bibiliya yoba yogufasha kubaho neza? No. 3

  • Isi yoba izokwigera itekana? No. 1

  • Ivyigwa bitandatu abana bakwiye kwiga, No. 2