UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Mukakaro 2019
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga ku wa 2-29 Nyakanga 2019
Niwitegurire uruhamo ubu
Twokora iki kugira turushirize kugira umutima rugabo igihe baturwanije?
Nugume usenga Yehova igihe igikorwa cacu kibujijwe
Twokora iki bishitse leta ikatubuza gukorera Yehova?
‘Nimugende muhindure abantu abigishwa’
Kubera iki guhindura abantu abigishwa bihambaye cane, kandi ni ivyiyumviro ngirakamaro ibihe vyodufasha kurangura ico gikorwa cacu?
Ingene twokora ku mutima abatagira idini
Twofasha gute abatagira idini gukunda Imana no kuba abigishwa ba Kristu?
INKURU Y’UBUZIMA
Yehova yarampezagiye kuruta uko nari ndavyiteze
Ivyo Manfred Tonak yiboneye ari umumisiyonari muri Afrika vyaramufashije gutsimbataza ukwihangana, kubumbwa n’ivyo afise be n’izindi kamere nziza.
Yezu yoba vy’ukuri yapfiriye jewe?
Vyoba bimaze gushika ukumva umengo nta co umaze? Ni igiki cogufasha kurwanya ivyiyumviro nk’ivyo?