UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2018

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 1 gushika ku wa 28 Gitugutu 2018.

Woba ufise amakuru yose?

Ni ingingo ngenderwako zitatu izihe zo muri Bibiliya zidufasha gusuzuma neza amakuru turonka?

Niwirinde guca urubanza ufatiye ku biboneka inyuma

Nurabe imice itatu bitaranga ubukerebutsi gucira urubanza abandi dufatiye ku biboneka inyuma.

INKURU Y’UBUZIMA

Nariyemeje kutareka amaboko yanje ngo aregere

Niwisomere ivyerekeye ibintu bishimishije Maxim Danyleyko yiboneye mu myaka 68 amaze ari umumisiyonari.

Abatanga cane baragira agahimbare

Ni gute gutanga bituma tugira agahimbare?

Nukorane na Yehova buri musi

Ni mu buryo butanu ubuhe dushobora gukorana na Yehova?

Ukwiyumanganya ni ukwihangana ufise intumbero

Nurabe ico ukwiyumanganya Imana idusaba gusobanura, ingene twogutsimbataza be n’ivyiza bivamwo.

IVYO MU BUSHINGURO BWACU

Ingene imbuto z’Ubwami zatanguye kubibwa muri Portigale

Abamamaji b’Ubwami ba mbere muri Portigale bahuye n’ingorane izihe?