UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2019

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 30 Nyakanga gushika ku wa 27 Gitugutu 2019

‘Ntiduheba’!

Icizigiro dufise ca kazoza gishobora gute gukomeza umwiyemezo wacu wo kudaheba?

Urukundo rwanyu nirugwire

Ikete ryandikiwe Abafilipi riradufasha kubona ingene twogwira mu rukundo, n’igihe ibintu bitaba vyoroshe.

“Abakwumviriza” bazokizwa

Twofasha gute incuti zacu kwiga ivyerekeye Yehova?

Ingene wovyifatamwo neza umurimo wawe uhindutse

Abenshi birabagora iyo bavuye mu murimo bikundira cane. None ni ibiki vyobafasha kuvyifatamwo neza?

Ukwizera​—Kamere idukomeza

Ukwizera kuri n’ububasha ntangere. Ukwizera kuradufasha kwihanganira ingorane zimeze nk’imisozi.

Yohani Umubatizi​—Turamwigirako kudatakaza umunezero

Twokora iki kugira ngo ntidutakaze umunezero mu gikorwa ca Yehova n’igihe twoshikirwa n’ibintu bivuna umutima?