UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nyakanga 2018

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 29 Gitugutu gushika ku wa 2 Kigarama 2018

“Nimba muzi ivyo bintu, muzoba muhiriwe mubikoze”

Ni mu buryo butandukanye ubuhe dushobora kuguma twicisha bugufi, kandi ni kubera iki bihambaye?

Bakirisu mwitereye mu myaka​—Yehova arashima ukudahemuka kwanyu

Abakirisu bitereye mu myaka bagaragaje gute ukwifata ruto?

Nugume ugaragaza urukundo kuko rwubaka

Nurabe ingene dushobora kuremeshanya muri iyi misi ya nyuma igoye.

Hahiriwe abakorera “ya Mana ihimbawe”

Twohimbarwa gute naho duhanzwe n’ibigeragezo?

Umenya gute amasaha?

Abantu bavugwa muri Bibiliya baharura gute umwanya?

Naho ari Mushoboravyose, aritwararikana

Ni gute Yehova aduha akarorero keza cane mu bijanye no kwitwararika abandi?

Niwigane Yehova mu kwitwararika abandi

Nurabe uburyo bwiza bwo kwitwararika abandi mu muryango, mw’ishengero no mu ndimiro.