UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Rusama 2019

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 1 Mukakaro gushika ku wa 4 Myandagaro 2019.

Urukundo n’ubutungane mw’ishengero rya gikirisu

Itegeko rya Kristu ni irihe kandi riremesha gute ubutungane?

Urukundo n’ubutungane mu kurwanya ububisha

Abavyeyi bokingira gute abana babo ngo ntihagire uwubonona, kandi abakurambere bokora iki kugira bakingire ishengero?

Ingene twohumuriza abakorewe amabi

Abakorewe amabi bohumurizwa gute n’Ijambo ry’Imana, abakurambere canke bashiki bacu bahumuye?

Ntuhendwe n’“ubukerebutsi bw’iyi si”

Kubera iki Yehova ari we wenyene Soko ry’ubuyobozi bwo kwizigirwa? Bibiliya idufasha gute kubona ivyacu ku burimbane?

Nuryohore ukuntu wiyigisha

Twohitamwo gute ivyo twokwiga imbere y’ibindi kugira twungukire bimwe bishitse ku kwiyigisha Bibiliya?