UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Munyonyo 2016

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 26 Kigarama 2016 gushika ku wa 29 Nzero 2017.

Imvugo yakora cane ku mutima!

Ni imvugo iyihe Yezu yakoresheje yabonwa ko iranga urupfasoni cane?

Mugume muremeshanya ku musi ku musi

Kubera iki kuremesha abandi bihambaye? Ni ibiki wokwigira ku kuntu Yehova, Yezu na Paulo baremesheje abandi? Vyongeye, ushobora gute kuremesha abandi mu buryo kirumara?

Dutunganijwe hisunzwe Ijambo ry’Imana

Yehova ni Ruheta mu gutunganya ibintu. None ntidukwiye kwitega ko n’abasavyi biwe baba abatunganijwe neza?

Woba uha agaciro cane Ijambo rya Yehova?

Abasavyi b’Imana barironkera ivyiza vyinshi igihe bashize mu ngiro impanuro ziri mw’Ijambo ryayo bakongera bagashigikira ishirahamwe ryayo badahemuka.

“Igikorwa ni kinini”

Na wewe urashobora kugishigikira.

Yabahamagaye abakuye mu mwiza

Ni mu buryo ki abasavyi b’Imana bagiye mu mwiza mu kinjana ca kabiri imyuma ya Kristu? Ni gute batanguye kuronka umuco kandi hari ryari?

Baravavanuye n’idini ry’ikinyoma

Ni ryari abasavyi b’Imana bavavanuye burundu n’idini ry’ikinyoma?

“Yemwe bamamaji b’Ubwami bo mu Bwongereza​—Nimwikangure!”

Hari haheze imyaka cumi igitigiri c’abamamaji b’Ubwami bo mu Bwongereza kitiyongera. Ni igiki cahavuye gituma ibintu bihinduka?