UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ndamukiza 2016

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 30 Rusama gushika ku wa 26 Ruheshi 2016.

Igikorwa urangura coba kimeze nk’ikime?

Ni gute igikorwa urangura co kwamamaza gishobora kuba icengenga, ikiruhura, n’igihembura?

Kuba abizigirwa bituma dushimwa n’Imana

Ni ivyigwa ibihe abakirisu bakura ku nkuru yo muri Bibiliya yerekeye Yefuta n’umukobwa wiwe?

Woba ukoresha neza ububasha bwawe bwo kwiyumvira?

Burashobora kuguteza ingorane canke bugatuma uba umuntu ameze neza.

“Ukwihangana nikunonosore igikorwa cakwo”

Ni igiki kiba kiriko kiraba igihe ushikiwe n’ibintu bigerageza ukwihangana kwawe? Vyongeye, ni uburorero ubuhe bw’abihanganye bushobora kugukomeza?

Kubera iki dukwiye gukoranira hamwe?

Kwitaba amakoraniro birakwungura, bikungura abandi kandi bigahimbara Yehova. Uti gute?

INKURU Y’UBUZIMA

Abahoze ari ababikira barakiriye ukuri

Ni igiki catumye bava mu bigo vy’ababikira mu nyuma bagaheba idini rya Gatolika?

Tugume ata ho duhengamiye mw’isi yiciyemwo ibice

Ibintu bine vyotuma witegurira guhangana n’ivyogushikira giturumbuka vyogeramira ukutadohoka kwawe.

Ibibazo vy’abasomyi

‘Icemeza’ be n’‘ikidodo’ umukirisu wese yarobanuwe ahabwa n’Imana ni iki?