Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2017

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2017

Ryerekana Umunara w’inderetsi dusangamwo ikiganiro

BIBILIYA

  • Elias Hutter na Bibiliya yashize mu giheburayo, No. 4

  • Gusoma Bibiliya ikakugirira akamaro, No. 1

  • Ikindi kimenyamenya (Tatenayi yarabayeho), No. 3

  • Kuki hari izitandukanye? No. 6

  • Ukwihenda ku vyerekeye, No. 1

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

  • Nabona ko Imana itabaho (A. Golec), No. 5

  • Nta candutira urukino rwa Baseball! (S. Hamilton), No. 3

  • Sinashaka gupfa! (Y. Quarrie), No. 1

IBIBAZO VY’ABASOMYI

  • Abo Mesiya yokomotseko boba bategerezwa kuba imfura? Kig.

  • Kubera iki Injili ya Matayo n’iya Luka zigana mu buryo butandukanye ivya Yezu akiri muto? Myand.

  • Umukirisu yoba yokoresha bwa buryo bw’akanyuzi mu gutandukanya imvyaro? Kig.

  • Vyoba bibereye gutunga ikirwanisho co kwivuna umwansi? Muk.

  • Yehova ‘ntazobareka ngo mugeragezwe ibirenze ivyo mushobora kwihanganira’ (1 Kor. 10:13), Ruhuh.

IBIGANIRO VY’UKWIGA

  • ‘Amahoro y’Imana arengeye ukwiyumvira kwose,’ Myand.

  • Bavyeyi, fasha abana banyu babe “inkerebutsi ku bw’ubukiriro,” Kig.

  • “Dukundane . . . mu bikorwa no mu kuri,” Git.

  • Ese ukwitanga kwawe kwoshemagiza Yehova! Ndam.

  • “Gira umutima rugabo  . . . ukore,” Nyak.

  • “Ico uraganye, gishitse,” Ndam.

  • Igituma kwifata ruto bigihambaye, Nzero

  • ‘Ijambo ry’Imana rirafise ububasha,’ Nyak.

  • ‘Ijambo ry’Imana yacu rizogumaho,’ Nyak.

  • Imikogote n’urugori bidukingira, Git.

  • Incungu ni ‘impano itagira akanenge’ iva kuri Data, Ruhuh.

  • Ingene abana “ba kavamahanga” bofashwa, Rus.

  • Ingene twambura burundu wa muntu wa kera, Myand.

  • Ingene twoguma twambaye wa muntu mushasha, Myand.

  • “Ivyo bintu ubizeze abantu b’abizigirwa,” Nzero

  • Ivyo Zekariya yeretswe bitwigisha iki? Git.

  • Kubera iki ‘twoshemeza Ya’? Muk.

  • “Murirane n’abarira,” Muk.

  • ‘Nashitse imigambi yawe yose,’ Muk.

  • “Ndafise icizigiro ku Mana,” Kig.

  • “Ndazi ko azozuka,” Kig.

  • Ni ibiki bizovaho Ubwami bw’Imana nibwaza? Ndam.

  • Ni nde ayobora abasavyi b’Imana muri iki gihe? Ruhuh.

  • Niwamirire kure ivyiyumviro vy’isi, Muny.

  • Niwigane impuhwe za Yehova, Nyak.

  • Niwigane ubutungane bwa Yehova n’imbabazi ziwe, Muny.

  • “Niwizigire Yehova, ukore iciza,” Nzero

  • Ntureke ngo hagire ikikubuza kuronka agashimwe, Muny.

  • Ntureke ngo urukundo rwawe rukanye, Rus.

  • Nube umuntu yigumya, Nyak.

  • Nufashe “ba kavamahanga” kugira ‘bakorere Yehova banezerewe,’ Rus.

  • Nugaragaze ukwizera, ufate ingingo nziza! Ntwar.

  • Nugumize mu bwenge ca kibazo gihambaye, Ruh.

  • Nugumize umutima wawe kw’itunga ryo mu vy’impwemu, Ruh.

  • Nukorere Yehova n’umutima ukwiye! Ntwar.

  • Nukoreshe neza ububasha bwawe bwo kwihitiramwo, Nzero

  • Nurondere ubutunzi bw’ukuri, Muk.

  • Nushigikire ubusegaba bwa Yehova! Ruh.

  • Nutere iteka ababibereye, Ntwar.

  • Ririmbana umunezero! Muny.

  • Rwaruka, “mugume mushitsa ubukiriro bwanyu,” Kig.

  • Turashobora kuguma twifata ruto mu bihe bitoroshe, Nzero

  • Ukuri ntikuzana ‘amahoro, atari inkota,’ Git.

  • Umugambi wa Yehova uzoranguka ata kabuza, Ruhuh.

  • “Urankunda kurusha izi?” Rus.

  • Wa “Mucamanza w’isi yose” yama akora ibigororotse, Ndam.

  • Woba uriko urahungira kuri Yehova? Muny.

  • Woba uzorindira wihanganye? Myand.

  • Woba uzoshira umutima ku bintu vyanditswe? Ntwar.

  • Woba wigana ubutungane bwa Yehova? Ndam.

  • Yehova araduhoza mu makuba yacu yose, Ruh.

  • Yehova arayobora abasavyi biwe, Ruhuh.

INKURU Z’UBUZIMA

  • Agateka ko gukorana n’abagabo bakomeye mu kwizera (D. Sinclair), Nyak.

  • Gukora ivyo Yehova adusaba biravamwo imihezagiro (O. Matthews), Git.

  • Kugendana n’inkerebutsi vyaramfashije cane (W. Samuelson), Ntwar.

  • Kwihanganira ibigeragezo bivamwo imihezagiro (P. Sivulsky), Myand.

  • Naho ntumva narigishije abandi ukuri (W. Markin), Rus.

  • Narahevye vyose kugira nkurikire Kristu (F. Fajardo), Kig.

  • Nariyemeje kuba umusoda wa Kristu (D. Psarras), Ndam.

  • Twariboneye ubuntu bw’Imana mu buryo butandukanye (D. Guest), Ruhuh.

IVYABONA VYA YEHOVA

  • Baritanze babikunze (bashiki bacu batarubaka izabo), Nzero

  • Baritanze babikunze muri Tirkiya, Muk.

  • Igikorwa kiranga ubuntu, Git.

  • Kumenyera ishengero rishasha, Muny.

  • Kworosha ubuzima biravamwo umunezero, Rus.

  • “Nta barabara ryabakanga” (Ostraliya), Ruhuh.

  • “Tuzogira irindi hwaniro ryari?” (Megizike), Myand.

  • ‘Umwete n’urukundo bidasanzwe’ (ihwaniro ryo mu 1922), Rus.

  • “Uwutanga cane azodoheshwa” (intererano), Muny.

UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO

  • Bibiliya yoba ibuza abihebeye Imana kwubaka izabo? No. 2

  • Gutsinda urugamba rwo gukingira umuzirikanyi wawe, Muk.

  • Gutunganya ingorane no kuremesha amahoro, Ruh.

  • Igihe ubugenzi bugeramiwe, Ntwar.

  • Ivyiza biva ku gutanga, No. 2

  • Kubona amakosa mu buryo bubereye, No. 6

  • Noweli yoba ibereye ku bakirisu? No. 6

  • Urukundo​—Kamere y’agaciro, Myand.

UTUNTU N’UTUNDI

  • Abadandariza ibitungwa mu rusengero boba bari “abambuzi”? Ruh.

  • Abagendera kuri za farasi zine, No. 3

  • Abamarayika barabaho? No. 5

  • Akadome kanzwinya k’igiheburayo, No. 4

  • Amaganya, No. 4

  • Baravuye mu buja, No. 2

  • “Hahezagirwe ukwiyumvira neza kwawe!” (Abigayili), Ruh.

  • Harumagedoni ni iki? No. 6

  • Iciyumviro ca Paulo co kwigiza inyuma urugendo (Ivk 27), No. 5

  • Igihe uwawe arwaye indwara izomuhitana, No. 4

  • Imana yamwise “Umuganwakazi” (Sara), No. 5

  • Imibabaro, No. 1

  • Ingabire iruta izindi zose, No. 6

  • Ingene Gayo yafashije abavukanyi, Rus.

  • Iparadizo kw’isi, ni indoto canke izobaho? No. 4

  • Ivyo Bibiliya ivuga ku vyerekeye ubuzima n’urupfu, No. 4

  • Izina ryo muri Bibiliya ku rwavya rwa kera, Ntwar.

  • Kera batwara umuriro gute? Nzero

  • Kubera iki Yezu yiyamirije umugenzo wo kurahira? Git.

  • Kutaraba ibiboneka inyuma, Ruh.

  • Kw’isi hoba hazokwigera haba amahoro? No. 5

  • Kw’isi hoba hazokwigera haba ubutungane nyabwo? No. 3

  • Turi mu “misi ya nyuma”? No. 2

  • “Uri umugore asa n’irirenga” (Sara), No. 3

  • “Yari yahimbaye Imana rwose” (Henoki), No. 1

  • Yozefu w’i Arimateya, Git.

YEHOVA

  • Ni we aduteza imibabaro? No. 1

  • Uzokwakira ingabire ntangere y’Imana? No. 2

YEZU KRISTU

  • Ikigereranyo “c’utubwa,” kwoba kwari ugutukana? No. 5

  • Neza na neza Yezu yasa gute? No. 6