Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene wotsinda urwanko

Ingene wotsinda urwanko

Ijambo ry’Imana Bibiliya rirafise ububasha bwo gutuma abantu bahinduka bakamera neza. (Abaheburayo 4:12) Inyigisho zo muri Bibiliya zarafashije abantu benshi cane gutsinda urwanko bahoze bafitiye abandi. Reka turabe zine muri izo.