Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Intangamarara

Intangamarara

Iyi si yuzuye urwanko. Abantu barugaragaza mu buryo butandukanye: uri mu gukumira abandi, mu kubakubagura, mu kubavuga nabi, canke mu kubagirira nabi ku mubiri. None twoba dushobora gutsinda urwanko? Ibiganiro biri muri iki kinyamakuru birerekana ingene inyigisho zo muri Bibiliya zishobora kudufasha gutsinda urwanko. Birerekana kandi ingene Imana isezerana kuzokuraho urwanko burundu.