Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Intangamarara

Intangamarara

Wewe wisunga iki mu gutandukanya iciza n’ikibi? Abenshi bisunga ico umutima ubabwiye be n’ivyo bize. Hari n’abafata ingingo bisunze ivyiyumviro vy’abandi. Weho bite? Ni igiki cogufasha gufata ingingo zizotuma wewe n’umuryango wawe mugira kazoza keza?