Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Umuhero w’isi woba uri hafi?

Umuhero w’isi woba uri hafi?

Naho abantu bagiye baravuga kenshi ko hazobaho umuhero w’isi, n’ubu nturashika. None umuhero woba uzoba koko, canke ni inkuru gusa?

BIBILIYA IBIVUGAKO IKI?

  • Isi izohera gute?

  • Bizoba ryari?

  • Woba uzoshobora kurokoka?

  • Isi izomera gute inyuma y’umuhero?

Inyishu Bibiliya itanga muri iki kinyamakuru, ziraza kugutangaza zongere ziguhumurize.

Ivyabona vya Yehova bazohimbarwa no kugufasha kumenya vyinshi ku bijanye n’umugambi w’Imana.