UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Gitugutu 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 9 Kigarama 2024–​5 Nzero 2025.

1924​—⁠Imyaka 100 irarangiye

Mu 1924, Abatohoji ba Bibiliya barakoresheje uburyo bushasha bwo kwamamaza kugira babandanye gutangaza inkuru nziza.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 40

Yehova ‘arakiza abavunitse umutima’

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 9-15 Kigarama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 41

Ivyo Yezu yakoze mu misi 40 ya nyuma yamaze kw’isi bitwigisha iki?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 16-22 Kigarama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 42

Niwerekane ko ushima «ingabire zigizwe n’abagabo»

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 23-29 Kigarama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 43

Ingene twotsinda inkeka

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 30 Kigarama 2024–​5 Nzero 2025.

Wari ubizi?

Umuziki wari uhambaye ku rugero rungana iki muri Isirayeli?

Ibibazo vy’abasomyi

Ibaraza ry’urusengero rwa Salomo ryareha gute?

Niwiyibutse ivyiyumviro nyamukuru

Vyoba birashika ukibagira ivyo wari uhejeje kwiga? Ni igiki cogufasha?