Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2022

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2022

Ryerekana Umunara w’Inderetsi na Be maso! dusangamwo ikiganiro

INTEGURO Y’UKWIGA Y’UMUNARA W’INDERETSI

IBIBAZO VY’ABASOMYI

  • Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kurahira? Ndam.

  • Dawidi yoba yararengeje urugero mu kuvuga ko yoshemeje izina ry’Imana “ibihe bidahera”? (Zb 61:8), Kig.

  • Dawidi yoba yari kugirira ‘impuhwe Mefibosheti’ ariko mu nyuma akamutanga ngo yicwe? (2Sm 21:7-9), Ntwar.

  • Ingene umubano wa mbere be na mushasha yobonwa umuntu yubatse atabirekuriwe n’Ivyanditswe, Ndam.

  • Intumwa Paulo yashaka kuvuga iki igihe yavuga ko yari “uwavutse atageze”? (1Kr 15:8), Nyak.

  • Ni bande bazozukira kuba kw’isi, kandi izuka ryabo rizoba ari bwoko ki? Nyak.

  • Yezu yashaka kuvuga igihe yavuga ngo: “Ntimwiyumvire ngo naje gushiraho amahoro”? (Mt 10:34, 35), Muk.

IBIGANIRO VY’UKWIGA

  • ‘Abarondera Yehova nta kintu ciza bazobura,’ Nzero

  • Abasavyi ba Yehova barakunda ubugororotsi, Myand.

  • Bakurambere, nimubandanye kwigana intumwa Paulo, Ntwar.

  • Bavyeyi, nimufashe abana banyu gukunda Yehova, Rus.

  • Dushigikire Indongozi yacu Yezu, Muk.

  • ‘Hahiriwe abaguma ari intahemuka kuri Yehova’, Git.

  • Igituma twitaba Icibutso, Nzero

  • Impanuro nziza zodufasha mu buzima, Rus.

  • ‘Ingene benshi bazozanwa ku bugororotsi,’ Nyak.

  • Ingene urukundo rudufasha gutsinda ubwoba, Ruh.

  • Ingene Yehova adufasha kurangura igikorwa cacu, Muny.

  • Ingene Yehova adufasha kwihangana tunezerewe, Muny.

  • Ivyahishuwe bisobanura iki ku bansi b’Imana, Rus.

  • Ivyahishuwe bisobanura iki kuri kazoza kawe, Rus.

  • Ivyahishuwe bisobanura iki kuri wewe muri iki gihe, Rus.

  • Ivyo twigira ku mosozi ya Yezu, Nzero

  • Ivyo twigira kuri mutoyi wa Yezu, Nzero

  • Izina ryawe ryoba riri mu “gitabu c’ubuzima”? Nyak.

  • Kwishingira imigambi y’ivy’impwemu no kuyishikako, Ndam.

  • Niwerekane ko uri umwizigirwa, Nyak.

  • Niwigane Yezu mu gukorera abandi, Ruhuh.

  • Niwizigire abavukanyi bawe, Nyak.

  • “Niwizigire Yehova,” Ruh.

  • ‘Niwumvirize amajambo y’abantu b’inkerebutsi,’ Ruhuh.

  • Ntureke ngo hagire ikigutandukanya na Yehova, Muny.

  • ‘Nubandanye kugendera mu kuri,’ Myand.

  • Nubandanye kwambara “wa muntu mushasha” n’inyuma y’ibatisimu, Ntwar.

  • Nufashe abandi kwihanganira ibihe bigoye, Kig.

  • Nugume ukomeza icizigiro cawe, Git.

  • Nuhe agaciro agateka ufise ko gutura isengesho, Muk.

  • Nukoreshe neza umwanya wawe, Nzero

  • Nunezererwe ivyo ushoboye gukorera Yehova, Ndam.

  • Nuzigame ubwenge bwawe igihe ukudahemuka kwawe kugeragejwe, Muny.

  • Tugume ‘twubaka bagenzi bacu,’ Myand.

  • Turashobora kubaho ibihe bidahera, Kig.

  • Ubuhanuzi bwa kera buhambaye kuri wewe, Muk.

  • Ubukerebutsi nyakuri buguma bushira ijwi hejuru, Git.

  • Ubwami bw’Imana buraganza, Muk.

  • Ugusenga kw’ukuri kuzokuronsa umunezero mwinshi, Ntwar.

  • Urashobora kugira amahoro mu gihe c’ingorane, Kig.

  • Urashobora ‘kwambura wa muntu wa kera,’ Ntwar.

  • Urashobora kuronka agahimbare nyakuri, Git.

  • “Uzoba uri kumwe nanje muri Paradizo,” Kig.

  • Woba ubona ivyo Zekariya yabonye? Ntwar.

  • Woba uri “akarorero . . . mu mvugo”? Ndam.

  • Woba utanga impanuro ‘inezereza umutima’? Ruhuh.

  • Woba wizigira uburyo Yehova akora ibintu? Ruhuh.

  • Yehova agumiza ijisho ku basavyi biwe, Myand.

  • Yehova arahezagira abaharira abandi, Ruh.

  • Yehova ni ntangere mu guharira, Ruh.

  • Yemwe ba inabibondo, nimwigane akarorero ka Ewunise, Ndam.

  • Yemwe bakiri bato mwabatijwe, nimubandanye gutera imbere, Myand.

INKURU Z’UBUZIMA

  • Narahimbawe kwiga no kwigisha ivyerekeye Yehova (L. Weaver, Jr.), Nyak.

  • Nararetse Yehova arayobora intambuko zanje (K. Eaton), Muk.

  • Narubuye ikiruta kuba umuganga (R. Ruhlmann), Ruhuh.

  • “Nipfuza gukorera Yehova” (D. van Marl), Muny.

IVYABONA VYA YEHOVA

  • 1922—Imyaka 100 irarangiye, Git.

UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO

  • Imbwa zanje zihabwa ibisuguti (akantu k’amapine), Ndam.

  • Ivyodufasha igihe dufise amaganya, Ndam.

  • Kubera iki tutaja mu ntambara kandi Abisirayeli barazijamwo? Git.

  • Nureke “itegeko ry’ubuntu” rikuyobore, Ruh.

  • Woba witeguriye ‘kuzotorana isi’? Kig.

WARI UBIZI?

  • Abaroma boba bari kwemera ko uwishwe amanitse ku giti ahambwa mu buryo bubereye? Ruh.

  • Kubera iki Abisirayeli batanga inkwano? Ruhuh.

  • Kubera iki vyari vyiza kuba Abisirayeli barashobora gutanga intunguru canke inuma? Ruhuh.

  • Morudekayi yoba yarabayeho koko? Muny.

  • Mu bihe vya Bibiliya bamenya gute ko umwaka canke ukwezi vyatanguye? Ruh.

INTEGURO YA BOSE Y’UMUNARA W’INDERETSI

  • Ingene wotsinda urwanko, No. 1

BE MASO!

  • Isi yuzuyemwo ingorane: Uko wovyifatamwo, No. 1