UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Kigarama 2023
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 5 Ruhuhuma–3 Ntwarante 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 50
Ukwizera n’ibikorwa biradushikana ku bugororotsi
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 5-11 Ruhuhuma 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 51
Icizigiro cacu ntigitetereza
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 12-18 Ruhuhuma 2024.
Nubone inzoga nk’uko Imana izibona
Bamwe bashobora guhitamwo kunywa inzoga, abandi na bo bagahitamwo kuzirinda. Umukirisu yokwirinda gute ingorane ziva ku kunywa inzoga?
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 52
Bashiki bacu mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 19-25 Ruhuhuma 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 53
Bavukanyi mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 26 Ruhuhuma– 3 Ntwarante 2024.
Woba uvyibuka?
Woba warasomye witonze inomero z’Umunara w’Inderetsi za vuba? Raba ivyo woba wibuka.
Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2023
Ironderero ry’ibiganiro vyose vyasohowe mu Munara w’Inderetsi na Be maso! mu 2023, bitondetse hisunzwe imitwe.
Inkuru y’ivyabaye
Ni gute mushiki wacu yagaragaje impuhwe mu kurondera uturyo two kubwira abandi inkuru nziza?