Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2023

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2023

Ryerekana Umunara w’Inderetsi na Be maso! dusangamwo ikiganiro

INTEGURO Y’UKWIGA Y’UMUNARA W’INDERETSI

IBIBAZO VY’ABASOMYI

  • Igihe Abisirayeli bari mu bugaragwa, boba bararonka ibindi bafungura uretse manu n’inkware? Git.

  • Inyuma y’ivuka rya Yezu, kubera iki Yozefu na Mariya bagumye i Betelehemu? Ruh.

  • Ivyo twemera ku bijanye n’izina rya Yehova be n’ubusegaba bwiwe vyaryohowe gute? Myand.

  • Kubera iki umugabo yitwa «naka» yavuze ko “yokwonona” intoranwa yiwe hamwe yokwubakana na Rusi? (Rusi 4:​1, 6), Ntwar.

IBIGANIRO VY’UKWIGA

  • Bashiki bacu mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye, Kig.

  • Bavukanyi mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye, Kig.

  • Bibiliya igaragaza iki ku bijanye n’uwo ikomokako?, Ruhuh.

  • Duhe agaciro ingabire y’ubuzima Imana yaduhaye, Ruhuh.

  • Gutinya Imana vyama bitugirira akamaro, Ruh.

  • Icizigiro cacu ntigitetereza, Kig.

  • «Iki ni co bose bazomenyerako yuko muri abigishwa banje», Ntwar.

  • Ingene tworushiriza gukundana, Muny.

  • Ingene wokwitegurira kubatizwa, Ntwar.

  • Ingene worushiriza kwungukira ku vyo usoma muri Bibiliya, Ruhuh.

  • Ingene Yehova atujijura ko azohindura isi Iparadizo, Muny.

  • Ingene Yehova yishura amasengesho yacu, Rus.

  • Ivyigwa dukura mu makete abiri Petero yanditse, Nyak.

  • Kubera iki dukwiye gutinya Yehova? Ruh.

  • Kubera iki ukwiye kubatizwa? Ntwar.

  • «Musazawe arazuka»! Ndam.

  • «Muzigame ubwenge bwanyu, mube maso», Ruhuh.

  • “Nimuhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ube musha”, Nzero

  • «Nimushikame, ntimunyiganyige», Muk.

  • Niwigane Daniyeli, Myand.

  • Niwigane Yehova, ube umuntu atarenza urugero, Muk.

  • Niwige Ijambo ry’Imana uvyitondeye, Git.

  • Niwige ubuhanuzi bwo muri Bibiliya, Myand.

  • Niwigishe abana bawe ivyerekeye Yehova ukoresheje ivyaremwe, Ntwar.

  • Niwiheke kuri Yehova nka Samusoni, Nyak.

  • Niwikorere imitwaro ikenewe, wiyambure iyidakenewe, Myand.

  • Niwizigire ko Yehova azogufasha mu bihe bitoroshe, Muny.

  • Nubandanye kwihangana, Myand.

  • Nube umuntu arangwa n’ubwitonzi, Nyak.

  • Nugume ugendera muri ya «Nzira y’Ubweranda», Rus.

  • Nugume utsimbataza urukundo, Muk.

  • Nugume witeguriye umusi wa Yehova, Ruh.

  • Nugume wumiyeko nka Petero, Nyak.

  • Nuhere amazinda ko “Ijambo ry’Imana” ari ukuri, Nzero

  • Nukenguruke agateka ufise ko gusengera Yehova mu rusengero rwiwe, Git.

  • Nurushirize kumenya Yehova biciye ku vyo yaremye, Ntwar.

  • Nutume “urubeya rwa Yehova” ruguma rururumba, Rus.

  • Rwaruka, mwipfuza ko ubuzima bwanyu buzomera gute? Nyak.

  • Turemeshanye ku makoraniro y’ishengero, Ndam.

  • Turyohore amasengesho yacu, Rus.

  • Twigira iki ku bitangaro Yezu yakoze? Ndam.

  • Tworushiriza gute kwizigira umuhango Yehova yatanze werekeye isi nshasha? Ndam.

  • Ukwizera n’ibikorwa biradushikana ku bugororotsi, Kig.

  • Urashobora gushika ku migambi yawe y’ivy’impwemu, Rus.

  • “Urukundo Kristu afise ruratugobera”, Nzero

  • Woba “witeguriye kugamburuka”? Git.

  • Woba witeguriye ya makuba akomeye? Muk.

  • Yehova arahezagira akigoro tugira ko kwitaba Icibutso, Nzero

  • Yehova ariko aragufasha kuroranirwa, Nzero

  • Yehova azogufasha niwashikirwa n’ingorane utari witeze, Ndam.

  • “Yehova azogukomeza”, Git.

  • Yehova yoba yishura amasengesho yacu? Muny.

  • Yemwe bakurambere, nimwigane akarorero ka Gideyoni, Ruh.

INKURU Z’UBUZIMA

  • Ivyiza ntari niteze mu murimo wa Yehova be n’ivyo nahigiye (R. Kesk), Ruh.

  • Kwitwararika abandi biravamwo imihezagiro (R. Reid), Muk.

  • Kwizigira Yehova vyaratumye ngira umutekano nyakuri (I. Itajobi), Muny.

  • Nariboneye ukwizera kw’abasavyi ba Yehova (R. Landis), Ruhuh.

IVYABONA VYA YEHOVA

  • 1923: Imyaka 100 irarangiye, Git.

  • Hulda yarashitse ku mugambi wiwe, Muny.

  • Kugaragariza impuhwe abantu bose, Kig.

UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO

  • Bariboneye urukundo mu bikorwa, Ruhuh.

  • Nubone inzoga nk’uko Imana izibona, Kig.

  • Wokora iki igihe uwo mwubakanye araba amashusho y’ibiterasoni? Myand.

INGENE WOKWIYIGISHA

  • Ibiganiro bitari ivy’ukwiga dusanga mu Munara w’Inderetsi (JW Library®), Ruh.

  • Ibitabu vy’ubushakashatsi dusanga muri ca CEGERANYO C’IBITABU CO KURI INTERNET, Rus.

  • Ingene twoguma tujana n’umuco mushasha (Index des publications des Témoins de Jéhovah canke Igitabu c’ubushakashatsi), Git.

  • Ingene wokoresha neza agace kavuga ngo «Ibishasha» (JW Library® na jw.org), Ntwar.

  • Ingene wotora ibiganiro vyakuwe ku ntango (jw.org), Ruhuh.

  • Inkuru z’ubuzima z’abavukanyi na bashiki bacu, Nzero

  • Nufate ku mutwe indirimbo zacu (jw.org), Muny.

  • Nurondere kumenya neza Yehova (Index des publications des Témoins de Jéhovah canke Igitabu c’ubushakashatsi), Myand.

  • Nutondeke ivyo woherako, Muk.

  • Udukorwa tugenewe abana (jw.org), Nyak.

  • Woba uriko urungukira ku nsobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya dusanga mu Gitabu c’ubushakashatsi? Ndam.

WARI UBIZI?

  • Amatafari yubuwe mu bisigarira vya Babiloni ya kera be n’ingene bayakora vyerekana gute ko ivyo Bibiliya ivuga ari ukuri? Muk.

INTEGURO YA BOSE Y’UMUNARA W’INDERETSI

  • Bibiliya ifasha gute abarwaye mu mutwe? No. 1

BE MASO!

  • Iyi si yacu yoba izorusimba? Ibintu biduhumuriza, No. 1