UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Kigarama 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 3 Ruhuhuma–​2 Ntwarante 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 48

Ivyo twigira ku gitangaro Yezu yakoze c’imikate

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 3-9 Ruhuhuma 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 49

Wokora iki kugira ngo uzoronke ubuzima budahera?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 10-16 Ruhuhuma 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 50

Bavyeyi, nimufashe umwana wanyu gukomeza ukwizera kwiwe

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 17-23 Ruhuhuma 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 51

Yehova arazi neza amarira yawe

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 24 Ruhuhuma–2 Ntwarante 2025.

INKURU Y’UBUZIMA

N’ubu ndaciga

Joel Adams aratwiganira ivyamufashije kugumana umunezero mu myaka irenga 80 amaze akorera Yehova.

Ibibazo vy’abasomyi

«Abamarayika batowe» bavugwa muri 1 Timoteyo 5:​21 ni bande?

Woba uvyibuka?

Woba warasomye inomero za vuba z’Umunara w’Inderetsi? Raba nimba hari ivyo woba wibuka.

Abantu b’abizigirwa barashitsa ivyo basezerana

Ni ibiki twigira ku nkuru ya Yefuta n’umukobwa wiwe?