UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Munyonyo 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 6 Nzero–​2 Ruhuhuma 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 44

Ingene wokwihanganira akarenganyo

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 6-12 Nzero 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 45

Ivyo twigira ku majambo ya nyuma abagabo b’abizigirwa bavuze

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 13-19 Nzero 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 46

Bavukanyi, mwoba mwipfuza kuba abakozi b’ishengero?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 20-26 Nzero 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 47

Bavukanyi, mwoba mwipfuza kuba abakurambere?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 27 Nzero–2 Ruhuhuma 2025.

INKURU Y’UBUZIMA

Yehova yaradukomeje mu ntambara no mu bihe vy’amahoro

Paul na Anne Crudass barigana ingene Yehova yabashigikiye yongera arabakomeza mu bihe vy’intambara no mu zindi ngorane zabashikiye.

Ivyogufasha kwiyigisha buri ndwi

Ibintu bine vyogufasha kwama wiyigisha buri ndwi kandi bikakuryohera.

Nurondere ahantu heza ho kwigira

Raba ibintu bitatu vyogufasha kwitunira ku vyo uriko uriga.