UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2023
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 9 Gitugutu–5 Munyonyo 2023.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 34
Niwige ubuhanuzi bwo muri Bibiliya
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 16-22 Gitugutu 2023.
Wokora iki igihe uwo mwubakanye araba amashusho y’ibiterasoni?
Ni gute abubakanye bokorera hamwe kugira ngo uwiziziwe n’amashusho y’ibiterasoni abihebe maze bagasubira kwizerana?
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 36
Niwikorere imitwaro ikenewe, wiyambure iyidakenewe
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 30 Gitugutu–5 Munyonyo 2023.