UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 7 Gitugutu–​10 Munyonyo 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 31

Ivyo Yehova yakoze kugira ngo arokore abacumuzi

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 7-13 Gitugutu 2024.

Ibibazo vy’abasomyi

Ibivugwa mu 2 Abatesalonika 3:​14 bijanye no gushira ikimenyetso ku muntu, vyoba bigirwa n’abakurambere canke bigirwa n’umukirisu umwumwe ku giti ciwe?

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 32

Yehova ashaka ko bose bigaya

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 14-20 Gitugutu 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 33

Ingene ishengero ryokwigana ukuntu Yehova abona abacumuzi

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 21-27 Gitugutu 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 34

Ingene abakurambere bafasha abacumuzi babigiranye urukundo n’imbabazi

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 28 Gitugutu–​3 Munyonyo 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 35

Ingene abakurambere bofasha abakuwe mw’ishengero

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 4-10 Munyonyo 2024.

Ibimenyeshejwe abasomyi

Uyu Munara urimwo ibiganiro vy’ukwiga vyerekana ingene Yehova abona ababa bacumuye be n’ingene abafasha. Ivyo biganiro biratwereka n’ingene twokwigana impuhwe ziwe, urukundo rwiwe n’imbabazi ziwe.