UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ndamukiza 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 10 Ruheshi–7 Mukakaro 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 14

‘Nutere uja imbere ugana ku buhumure’

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 10-16 Ruheshi 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 15

Nurushirize kwizigira ishirahamwe rya Yehova

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 17-23 Ruheshi 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 16

Ivyotuma uronkera umunezero mwinshi mu gikorwa co kwamamaza

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 24-30 Ruheshi 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 17

Nturote uva mw’iparadizo yo mu buryo bw’impwemu

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 1-7 Mukakaro 2024.

INKURU Y’UBUZIMA

Intege nke zanje zarashize ahabona ububasha bw’Imana

Umuvukanyi Erkki Mäkelä aratwiganira ingene Yehova yamufashije mu bihe bitoroshe yaciyemwo mu murimo w’igihe cose, ushizemwo n’igihe yari umumisiyonari wo mu ndimiro mu turere two muri Kolombiya twarangwamwo imigwi yitwaje ibirwanisho.

Wari ubizi?

Kubera iki mu ngabo z’umwami Dawidi harimwo abanyamahanga?