UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nyakanga 2022
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 7 Munyonyo–4 Kigarama 2022.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 37
Niwizigire abavukanyi bawe
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 38
Niwerekane ko uri umwizigirwa
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 39
Izina ryawe ryoba riri mu “gitabu c’ubuzima”?
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 40
‘Ingene benshi bazozanwa ku bugororotsi’
Ibibazo vy’abasomyi
Ni bande bazozukira kuba kw’isi, kandi izuka ryabo rizoba ari bwoko ki?
Ibibazo vy’abasomyi
Intumwa Paulo yashaka kuvuga iki igihe yavuga ko yari “uwavutse atageze”? (1 Abakorinto 15:8)
INKURU Y’UBUZIMA
Narahimbawe no kwiga be no kwigisha ivyerekeye Yehova
Inkuru y’ubuzima: Leon Weaver Junior