UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nyakanga 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 11 Munyonyo–​8 Kigarama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 36

’Mube abashira mu ngiro rya jambo’

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 11-17 Munyonyo 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 37

Ikete ryodufasha kuguma turi intahemuka gushika kw’iherezo

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 18-24 Munyonyo 2024.

INKURU Y’UBUZIMA

Ubuzima buhimbaye mu murimo wa Yehova

André Ramseyer amaze imyaka 70 ari mu murimo w’igihe cose kandi yaratewe uduteka dutandukanye mw’ishirahamwe. Ni ingorane izihe zamushikiye, kandi ni gute yashize Yehova mu kibanza ca mbere?

Ibibazo vy’abasomyi

Igihe Yezu yatanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba, ba bigishwa biwe 70 yigeze kurungika kwamamaza bari hehe? Boba bari bamuhevye?

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 38

Ivyo wokwigira ku bigereranyo Yezu yatanze

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 25 Munyonyo–​ 1 Kigarama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 39

Gutanga bizotuma ugira umunezero mwinshi

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 2-8 Kigarama 2024.

Nugerageze kwiyigisha ibintu bishasha

Ni gute twomenya neza ivyo Yehova ashaka ko dutahura igihe turiko turiyigisha?