UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nzero 2025

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 3 Ntwarante–​6 Ndamukiza 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1

Nimuninahaze Yehova

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 3-9 Ntwarante 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2

Bagabo, nimutere iteka abagore banyu

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 10-16 Ntwarante 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3

Nufate ingingo zihimbara Yehova

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 17-23 Ntwarante 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4

Incungu itwigisha iki?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 24-30 Ntwarante 2025.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 5

Ivyiza twironkera kubera Yehova adukunda

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 31 Ntwarante–​6 Ndamukiza 2025.

Nucape kugira wibuke ivyo wize

Urashobora kwibuka ibintu vyinshi wize mu kwiha ishusho yavyo.